Isange TV ni imboneshakure ibatohoreza amakuru avugwa mu bisata bitandukanye birimo politike, umutekano, agateka ka zina muntu, amagara y'abantu, inkino, indero, igisata c'abamukerarugendo, imigenderanire n'ayandi makungu n'ibindi mu Burundi ikayabatunganiriza hama ikayabagezako yose uko yakabaye. ico utegerezwa ni ugufyonda s'abonner canke subscribe hama ukaja urashikirwa n'amakuru, inkuru, ibiganiro ndetse n'amatangazo tubagezako umwanya n'umwanya kandi ku gihe. murakoze cane, ndabifurije kubandanya muragira ibihe vyiza no kuroranirwa muvyo muriko murarangura vyose.
1,482 views
3 months ago